gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Abanyagihugu 12 bagize umurwi wa sentare y’abanyagihugu (Jury) iburanisha Donald Trump I New York bemeje ko uwu yahoze atwara Amerika yagirwa n’ivyaha 34 vyose yari amaze iminsi ariko araburanako. Muri Kongo, abanyagihugu bo mu gisagara ca Kanyabayonga kitari kure cane n’ica Goma baraye barahunga.
Iwanyu mu ntara
Muri Kongo, abanyagihugu bo mu gisagara ca Kanyabayonga kitari kure cane n’ica Goma baraye barahunga.Abanyagihugu 12 bagize umurwi wa sentare y’abanyagihugu (Jury) iburanisha Donald Trump I New York bemeje ko uwu yahoze atwara Amerika yagirwa n’ivyaha 34 vyose yari amaze iminsi ariko araburanako.
Amakuru ku Mugoroba
Donald Trump atangaza ko agiye kunguruza urubanza yaraye aciriwe. Muri Kongo, igisagara ca Sake kiri muri teritware ya Masisi mu ntara ya Kivu ya ruguru ciriwemwo intambara ikaze. Muri Afurika y’ Epfo, umugambwe ANC uri ku butegetsi uri mu nzira zo gutsinda amatora ku majwi make cane mu mateka yawo.