Muri Kongo, abanyagihugu bo mu gisagara ca Kanyabayonga kitari kure cane n’ica Goma baraye barahunga.Abanyagihugu 12 bagize umurwi wa sentare y’abanyagihugu (Jury) iburanisha Donald Trump I New York bemeje ko uwu yahoze atwara Amerika yagirwa n’ivyaha 34 vyose yari amaze iminsi ariko araburanako.
Ibyiciro
-
13-11-2025Iwanyu mu ntara
-
12-11-2025Iwanyu mu ntara
-
11-11-2025Iwanyu mu ntara
-
10-11-2025Iwanyu mu ntara
-
07-11-2025Iwanyu mu ntara
-
06-11-2025Iwanyu mu ntara