gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
RDC n’Uburundi byasinye amasezerano yo kurushaho gufatanya mu nzego z’umutekano n’ubuhahirane. Abasirikare muri Nijeriya babohoye abantu 25 bari barashimuswe n’imitwe y’intagondwa. Abategetsi ba Ukraine bategetse gukura abana mu mijyi itanu iri hafi y'urugamba mu ntara ya Zaporizhzhia
13:00 - 13:30
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Imbibe za Gabon zirugaye, inzego zitandukanye zasenywe. Mu gisagara ca Goma kiri mu buseruko bwa Kongo, Abantu umunani baguye my myiyerekano yo gusaba abasirikare mvamakungu bose bari ku butaka bwa Kongo gusubira iwabo. Amerika n’Ubushinwa biri mu cizere co kunagura imigenderanire mu vy’ubudandaji…