Muri Gabon, abasirikare batangaje ko bakuyeho ubutegetsi bwa Prezida Ali Bongo Ondimba wari umaze inyaka 14 ku butegetsi. Muri Republika ya demokrasi ya kongo, mu mujyi wa Goma abantu 8 baguye mu myigaragambo, abigaragambya basaba ko ingabo za ONU ziva muri Kongo.
Ibyiciro
-
12-06-2025
Iwanyu mu ntara
-
11-06-2025
Iwanyu mu ntara
-
10-06-2025
Iwanyu mu ntara
-
09-06-2025
Iwanyu mu ntara
-
06-06-2025
Iwanyu mu ntara
-
05-06-2025
Iwanyu mu ntara