Ibanki nkuru y’u Rwanda yarazamuye igipimo c’inyungu mfatizo itangiraho amafaranga yayo kuri banki z’ubucuruzi ziva kuri 7 kija kuri 7.5 kw’ijana. Reta y’Uburundi yatanguje isekeza rizomara indwi ryo gukingira abana ingwara y’agasama.
Rwanda: Abatwara abagenzi kuri moto baravuga ko ubwishingizi bw’ibinyabiziga buhenze cyane Rubavu: Umuryango w’umuturage uregwa icyaha cyo kwica atemera urasaba ko arenganurwa CEDEAO itavuga ko ibiganiro byo gusubizaho Perezida Bazoum ni binanirana izohereza ingabo muri Nijeri.
Muri Murisanga y'uno munsi, tuza kugaruka ku ruhara rw'urwaruka mw'iterambere ritabangamira ibidukikije. Umutumire wacu ni Umurundikazi Ornella Uwimana, afise uruganda ruhingura ibikoresho bitandukanye birimwo intebe akora mu mapine y'imiduga.
Mu Rwanda abagore bo mw’itorero Anglican biyemeje kurwanya ubutinganyi Rubavu: Umuryango w’umuturage uregwa icyaha cyo kwica atemera urasaba ko arenganurwa Amashyaka atavuga rumwe na Leta muri Afurika y’Epfo yiyemeje gufatanya ngo atsinde irya ANC riri ku butegetsi
Abantu 7 baguye mu mpanuka muri teritware ya Uvira intara ya Kivu yo mu bumanuko. Abagore bo mw’itorero ry’Angilikani biyemeje kurwanyas ubutinganyi Ubuzima bwa Mohamed Bazoum wahiritswe ku butegetsi muri Nijeri bushobora kuba buri mu kaga kubera imibereho mibi