Ibanki nkuru y’u Rwanda yarazamuye igipimo c’inyungu mfatizo itangiraho amafaranga yayo kuri banki z’ubucuruzi ziva kuri 7 kija kuri 7.5 kw’ijana. Reta y’Uburundi yatanguje isekeza rizomara indwi ryo gukingira abana ingwara y’agasama.
Ibyiciro
-
19-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
18-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
17-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
16-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
15-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
14-11-2025Amakuru mu Gitondo