gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
13:00 - 13:30
Iwanyu mu ntara
Prezida wa Amerika ategerejwe muri Israyeri kuri uyu wa gatatu, mu gihe ingabo z’icyo gihugu zitegura kugaba igitero cyo ku butaka mu ntara ya Gaza.Impunzi z’Abarundi ziba mu nkambi ya Mulongwe muri Kongo bazibujije kwongera gucururiza mu nkambi. Bunyoni yagirijwe ugushaka kwica umukuru w'igihugu.
18:00 - 18:29
19:30 - 20:00
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi, Kefa Nibizi, umukuru w'umugambwe" CODEBU Iragi rya Ndadaye" ari mu mvuto. Umwe mu bayobozi b’umurwi wa Hamas mu vya gisirikare yaguye mu gitero c'indege y'ingwano ya Isirayeri. Ubufaransa bukeka ko ibitero vy'iterabwoba vy'intagondwa ziyitirira idini rya Isilamu bigiye kuba vyinshi.