Impunzi z’Abarundi ziba mu nkambi ya Mulongwe mu magepfo y’uburasirazuba bwa Repubulika ya demokarasi ya Kongo bazibujije kwongera gucururiza mu nkambi. Prezida w’Amerika, Joe Biden, aragendera Isirayeri. Naho muri Mali, inteko z’Ubufaransa muri ico gihugu zatanguye gutahuka.
Ibyiciro
-
08-06-2025
Amakuru y'Akarere
-
07-06-2025
Amakuru y'Akarere
-
01-06-2025
Amakuru y'Akarere
-
31-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
25-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
24-05-2025
Amakuru y'Akarere