gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Mu Burundi, imihanda ishaje ibangamiye iterambere ry'abaturage bo mu ntara ya Cankuzo. Perezida w’u Rwanda ejo yarahije ministri w’intebe n’abadepite baheruka gutorwa. Abahinzi b’umuceri bo mu karere ka Bugarama baravuga ko umusaruro w’umuceri bahinze urimo kubangirikana kubera kubura amasoko.
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Abahinzi b’umuceri bo mu karere ka Bugarama baravuga ko umusaruro w’umuceri bahinze urimo kubangirikana kubera kubura amasoko.Mu Burundi, imihanda ishaje ibangamiye iterambere ry'abaturage bo mu ntara ya Cankuzo.OMS iratangaza ko indwara y'ubushita bw'inkende imaze kuba ikibazo gikomereye Isi
19:30 - 20:00