Mu Burundi, ikena ry’umuyagankuba rimaze gusubiza inyuma iterambere ry’abanyagihugu. Muri Kongo abantu 80 bo mu gisagara ca Goma bicishijwe imbunda mu kiringo c’ukwezi kumwe gusa. I Doha ku murwa mukuru wa Katari hariko habera ibiganiro ku ntambara ya Isirayeri na Hama
Ibyiciro
-
12-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
11-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
10-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
07-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
06-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
05-11-2025Amakuru ku Mugoroba