gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Umucamanza mu rukiko rukuru mu Rwanda yasibye mu bitabo by’inkiko urubanza rw’ubujurire uruganda rw’itabi rwa Nyakwigendera Asinapol Rwigara rwaregagamo banki y’ubucuruzi COGEBANK Urwego rwasigariyeho kurangiza imanza zasizwe n’inkiko mpuzamahanga rwasubukuye urubanza rwa Kabuga Felesiyani
16:00 - 16:59
Murisanga
Ingwara ya Kanseri n’ingwara ikomeye kandi ifata mu buryo butandukanye no mu bihimba vy’umubiri bitandukanye. Ubuhinga bwo kuyivura buratandukanye kandi bumwe bumwe burazimvye. Mbega yoba yifashe gute aho muherereye? Mu kiganiro Murisanga twatumiye umuganga avura kandi akurikiranira hafi iyo ngwara
18:00 - 18:30