Amerika yemeza ko umutekano ushobora guhungabana mu bibanza bimwe bimwe vy'Uburundi. U Rwanda ruvuga ko hari abasirikare ba Kongo barashe ku mupaka Kongo ihana n’ico gihugu. Abahitanwe na nyamugigima muri Siriya na Turukiya barenze ibihumbi 40.
Ibyiciro
-
20-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
19-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
18-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
17-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
14-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
13-11-2025Amakuru ku Mugoroba