gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Reta ya Tanzaniya yaratanguye guhiga impunzi n’abimukira boba barabonye ubwenegihugu n’akazi muri reta mu buryo buciye kubiri n’amategeko. Ekipe ya Dynamo yari yaserukuye Uburundi mu nkino za Basketball Africa League i Pretoria muri Afrika y’Epfo yasezerewe. Tubafitiye n'ikiganiro Americana
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Ikipe ya Dynamo yari ihagarariye Uburundi mu mikino ya Basketball Africa League yirukanywe mu marushanwa. Mu Rwanda, umunyamakuru Dieudonné Niyonsenga uzwi nka “Cyuma Hassan yaburansihijwe adahari.Guverinoma ya Tanzaniya yatangiye guhiga impunzi zabonye ubwenegihugu mu buryo bunyuranyije n’amategeko
16:00 - 16:59