Reta ya Tanzaniya yaratanguye guhiga impunzi n’abimukira boba barabonye ubwenegihugu n’akazi muri reta mu buryo buciye kubiri n’amategeko. Ekipe ya Dynamo yari yaserukuye Uburundi mu nkino za Basketball Africa League i Pretoria muri Afrika y’Epfo yasezerewe. Tubafitiye n'ikiganiro Americana
Ibyiciro
-
15-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
14-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
13-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
12-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
11-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
10-11-2025Amakuru mu Gitondo