Imvururu zo muri Siriya zimaze guhitana abarenga 1000 mu kiringo c’imisi 3 gusa. Amerika yataye muri yompi Umunyarwanda Dieudonne Ishimwe ( Prince Kid), yarondezwa kubera "ivyaha vyo gufata ku nguvu yagirizwa". Uwukekwa Kuba icihebe yarasiwe mu micungararo y'ingoro ya prezida wa Amerika.
Ibyiciro
-
09-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
08-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
07-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
06-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
05-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
04-11-2025Amakuru mu Gitondo