Abakuru b’ibihugu biri muri SADC barateranira mu nama idasanzwe I Harare muri Zimbabwe. Baraganira ku ntambara ibera mu burasirazuba bwa RDC. Uburundi buratangaza ko abasirikare babwo bagiye muri Kongo bahagaze neza ku rugamba, kandi ntawishyize mu maboka ya M23.
Ibyiciro
-
10-11-2025Iwanyu mu ntara
-
07-11-2025Iwanyu mu ntara
-
06-11-2025Iwanyu mu ntara
-
05-11-2025Iwanyu mu ntara
-
04-11-2025Iwanyu mu ntara
-
03-11-2025Iwanyu mu ntara