Impunzi zo mw’ikambi ya Kanyarutchinya iri muri RDC zihangayikishijwe n’ibisasu bikomeje kurwa mu micungararo y’ikambi yabo. Mu Burundi, ubuzima bw’abagore n’abana bimuriwe muri site ya Matyazo bwifashe nabi. Imyaka ine irashize ingoro y’inteko nshingamatageko y’Amerika itewe.
Ibyiciro
-
10-11-2025Iwanyu mu ntara
-
07-11-2025Iwanyu mu ntara
-
06-11-2025Iwanyu mu ntara
-
05-11-2025Iwanyu mu ntara
-
04-11-2025Iwanyu mu ntara
-
03-11-2025Iwanyu mu ntara