Kongo yagirije u Rwanda kurungika abanyagihugu barwo kuba mu bice umurwi wa M23 iriko urigarurira. U Rwanda ntaco rurabivugako. Mu Burundi, haracari agahaze mu kurwanya amabi ashingiye ku gitsina. FIFA yatangaje ko Arabiya Sawudite izokwakira igikombe c'isi co mu mwaka w'i 2034.
Ibyiciro
-
09-11-2025Amakuru y'Akarere
-
08-11-2025Amakuru y'Akarere
-
02-11-2025Amakuru y'Akarere
-
01-11-2025Amakuru y'Akarere
-
26-10-2025Amakuru y'Akarere
-
25-10-2025Amakuru y'Akarere