Umwaka w'amashure mu Burundi uzotangura ku wa mbere. Bamwe mu banyeshure bavuga ko batararonka ibikoresho. Mu Rwanda, bamwe mu bagore bemeza ko ubwisanzure bwo gushikiriza amakuru buriko butera imbere. Imyaka 3 igiye guhera umugambi wa Congo na Uganda wo kurwanyiriza hamwe abarwanyi ba ADF utanguye
Ibyiciro
-
12-11-2025Iwanyu mu ntara
-
11-11-2025Iwanyu mu ntara
-
10-11-2025Iwanyu mu ntara
-
07-11-2025Iwanyu mu ntara
-
06-11-2025Iwanyu mu ntara
-
05-11-2025Iwanyu mu ntara