Uburundi bugiye gukora rusansuma rw’abanyagihugu, uburaro, uburimyi n’ubworozi guhera ku wa 16 z’ukwezi kuza kwa munani.Igipolisi ya Uganda gitangaza ko catoye uduhanga tw’abantu cumi n’indwi mu kibanza bikekwa ko gisengegwamwo ibigirwamana.Amerika isaba Isirayeri na Libani kuja mu biganiro.
Ibyiciro
-
16-05-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
15-05-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
14-05-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
13-05-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
12-05-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
09-05-2025
Amakuru ku Mugoroba