Muri Uganda impunzi zo mu nkambi ya Nakivale zirataka ibura ry’imiti. Muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo imyuzure ituruka ku kiyaga Tanganyika ibangamiye imiryango irenga 800 y’impuzi z’Abarundi bari muri territwari ya Fizi. Mu Burusiya, abaturage baratangira amatora y’umukuru w’igihugu.
Ibyiciro
-
23-05-2025
Iwanyu mu ntara
-
22-05-2025
Iwanyu mu ntara
-
21-05-2025
Iwanyu mu ntara
-
20-05-2025
Iwanyu mu ntara
-
19-05-2025
Iwanyu mu ntara
-
16-05-2025
Iwanyu mu ntara