Mu Burundi, abantu 20 bagandaguwe ku musi wa Gatandatu w’indwi iheze i Vugizo muri zone ya Gatumba y' intara ya Bujumbura bashinguwe. Muri Nijeriya, Abashika kw’ijana na mirongo ine baheruka kwicwa n’abakekwa kuba abungere. Mu mpera z'ano makuru, tubafitiye ikiganiro c'abana.
Ibyiciro
-
16-11-2025Amakuru y'Akarere
-
15-11-2025Amakuru y'Akarere
-
09-11-2025Amakuru y'Akarere
-
08-11-2025Amakuru y'Akarere
-
02-11-2025Amakuru y'Akarere
-
01-11-2025Amakuru y'Akarere