Abaturage bo muri Kivu ya ruguru bakomeje guhunga imirwano y’umutwe wa M23 n’imitwe ya Wazalendo. Mu Burund, ikipe ya Dynamo iratangira imyitozo yo kwitegurira amajonjora ya kabiri y’imikino ya BAL. Mu Rwanda, Musanze FC iracari iya1 ku rutonde rwa shampiyona y'umupira w'amaguru mu kiciro cyambere.
Ibyiciro
-
06-06-2025
Iwanyu mu ntara
-
05-06-2025
Iwanyu mu ntara
-
04-06-2025
Iwanyu mu ntara
-
03-06-2025
Iwanyu mu ntara
-
02-06-2025
Iwanyu mu ntara
-
30-05-2025
Iwanyu mu ntara