Mu Burundi, koperative z’abacukura ubutare mu zari zarahagaritswe zigiye gukomorerwa. Abarundi barenga 380 bahungutse bava muri Kongo. Ureganwa na Donald Trump muri dosiye y’amabanga y’igihugu yahakanye ibyaha aregwa. Naho umukuru w’umutwe w’abacanshuro wa Wagner yaba yasubijwe mu Burusiya.
Ibyiciro
-
16-06-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
13-06-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
12-06-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
11-06-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
10-06-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
09-06-2025
Amakuru ku Mugoroba