Inama nshingamateka y’Uburundi yemeje integuro y’ibwirizwa rigenga ubutare. Ministri w’ububanyi n’amahanga w’Amerika, Anthony Blinken, ejo yarabonanye na Perezida Xi Jinping w’Ubushinwa. Ukraine iratangaza ko yisubije uturere 8 Uburusiya bwari bwigaruriye.
Ibyiciro
-
18-06-2025
Amakuru mu Gitondo
-
17-06-2025
Amakuru mu Gitondo
-
16-06-2025
Amakuru mu Gitondo
-
15-06-2025
Amakuru mu Gitondo
-
14-06-2025
Amakuru mu Gitondo
-
13-06-2025
Amakuru mu Gitondo