Abantu baba kw’isi babandanya kwiyongera uko umwaka utashe. Hisunzwe ibihruro vy’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, abantu baba kw’isi muri iki gihe bagera ku miliyaridi umunani. Mu karere ka Afrika bagera ku muliyaridi n’imiliyoni amajana ane na mirongo itandatu.