Perezida Emmanuel Macron w’Ubufransa ategerejwe I Kinshasa muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo. Mu Burundi, abanyagihugu bo mu makomine agize intara ya Gitega ayobowe n’abakenyezi barashima uburyo babafasha mw’iterambere kurusha abagabo.
Ibyiciro
-
20-11-2025Iwanyu mu ntara
-
19-11-2025Iwanyu mu ntara
-
18-11-2025Iwanyu mu ntara
-
17-11-2025Iwanyu mu ntara
-
14-11-2025Iwanyu mu ntara
-
13-11-2025Iwanyu mu ntara