Mu gihe ihindagurika ry’ibihe rigenda rituma impfungurwa zizimba ahandi zigakena, mu kiganiro Murisanga mu kanya, turaganira ku butunzi buri mu mfungurwa zitandukanye zisanzwe zihari zofasha imiryango kugira amagara meza.