Mu Burundi, urukiko rukuru rwa Mukaza i Bujumbura rwakatiye umukenyezi wabaga mu Rwanda Floriane Irangabiye gufungwa imyaka icumi. Aregwa gukorana n’inyeshyamba. Umukuru w’igihugu cya Ukraine, Volodymyr Zelenskyy, avuga ko yiteguye ibindi bitero bikomeye by’Uburusiya.
Ibyiciro
-
20-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
19-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
18-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
17-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
14-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
13-11-2025Amakuru ku Mugoroba