Abatwara ibinyabiziga muri teritware ya Fizi muri Kongo bakoze imyiyerekano yo kudakora imirimo mu gihe c’imisi itatu.Inama nshingamateka y’u Rwanda yatoye abadepite 9 bazohagararira u Rwanda mu nama nshingamateka y’Umuryango wa Afrika y’ubuseruko. Igipolisi muri Zambiya catoye ibiziga vy’abantu 27
Ibyiciro
-
16-11-2025Amakuru y'Akarere
-
15-11-2025Amakuru y'Akarere
-
09-11-2025Amakuru y'Akarere
-
08-11-2025Amakuru y'Akarere
-
02-11-2025Amakuru y'Akarere
-
01-11-2025Amakuru y'Akarere