Ubumwe bwa Buraya bwatangaje ko bwahanaguye ibihano bwari bwafatiye umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca w’Uburundi. Kongo yongeye gushinja u Rwanda ko ingabo zarwo zifasha umurwi M23. Rishi Sunak yabaye umushikiranganji wa mbere wa gatatu ategetse Ubwongereza mu gihe cy'umwaka umwe.
Ibyiciro
-
21-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
20-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
19-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
18-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
17-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
14-11-2025Amakuru ku Mugoroba