Umushikiranganji wa mbere w'Uburundi Alain Guillaume Bunyoni yakombowe mu mabanga yiwe. Inama nshingamateka yemeje ijana kw'ijana Gervais Ndirakobuca nk'umushikiranganji wa mbere. I Kigali hakoraniye inama igamije kwiga ku iterambere ry'ubuhinzi no kwihaza mu biribwa ku mugabane w'Afurika.
Ibifitanye isano
Ibyiciro
-
04-11-2025Iwanyu mu ntara
-
03-11-2025Iwanyu mu ntara
-
31-10-2025Iwanyu mu ntara
-
30-10-2025Iwanyu mu ntara
-
29-10-2025Iwanyu mu ntara
-
28-10-2025Iwanyu mu ntara