U Rwanda rwategetse ko ingendo z’indege hagati ya rwo n’ibihugu vyo mu karere ka Afrika y’ubumanuko zihagarikwa kubera ubwoko bushasha bwa Covid-19, Omicron bwateye. Umurwi witwa Twirwaneho uhurikiyemwo abanyamulenge, uvuga ko kugira bashire ibirwanisho hasi, Reta ya Kongo ibwirizwa gukingira abanyagihugu.
Ibyiciro
-
24-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
23-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
22-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
21-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
20-11-2025Amakuru mu Gitondo
-
19-11-2025Amakuru mu Gitondo