Ingingo zigize amakuru y'akarere: Umurwi w’Abadepite bagize umuryango w’ubumwe bwa Buraya baganiye na bagenzi babo bo mu Rwanda mu rugendo barimo I Kigali. Ikibazo cy’ifungwa rya bwana Paul Rusesabagira ni kimwe mu bibazo byagarutsweho. Sentare nkuru y’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko yatanguje ibikorwa vyayo vy’ukwezi kwa 11 i Bujumbura mu Burundi. Vice Prezida Kamala Harris ategekanya kubwira abakuru b’ibihugu n’amareta mu nama nkuru izobera I Paris mu Bufaransa ko Reta Zunze Ubumwe za Amerika, zishigikiye amatora muri Libiya.
Ibyiciro
-
23-11-2025Amakuru y'Akarere
-
22-11-2025Amakuru y'Akarere
-
16-11-2025Amakuru y'Akarere
-
15-11-2025Amakuru y'Akarere
-
09-11-2025Amakuru y'Akarere
-
08-11-2025Amakuru y'Akarere