Ingingo nkuru zigize amakuru yo ku mugoraba wa 14/10/2021 kw'Ijwi ry'Amerika: Uburundi bwakiriye incanco za mbere za Covid-19. Mu burasirazuba bwa Kongo, umuntu wa kabiri yanduye Ebola. Irya no hino kw'isi, Turukiya Igiye Kwagura Ubucuruzi bw'indenge z'intambara zitagira abadereva
Ibyiciro
-
25-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
24-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
21-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
20-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
19-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
18-11-2025Amakuru ku Mugoroba