gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Ubutungane bw’u Rwanda busabira abahoze ari abayobozi b’ibohero rya Rubavu na bagenzi babo gufungwa vy’agateganyo mu minsi 30. Bagirizwa ivyaha vyo guhohotera abanyororo. Umurwi w’igihugu ujejwe impunzi muri Kongo, utangaza ko Abarundi barenga 5.000 bariko barasaba ubuhungiro muri teritware ya Uvira
16:00 - 17:00
Murisanga
Isangano ry'abari n'abategarugori baharanira amajyambere y'icyaro mu Rwanda riherutse kwemeza ku nshuro ya mbere ingamba zikuriye muri gahunga y'imyaka itanu kw'ihindagurika ry'ibihe. Izi ngamba ziteganya ko muri 2050 u Rwanda rwaba ruri mu bihugu byihagazeho mu bijyanye n'ihindagurika ry'ibihe.