gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Donald Trump, yatangaje ko umushinjacyaha wo ku rwego rw’igihugu yamushyizeho ikirego mu rukiko. Leta y’Uburundi yahaye abaturage iminsi icumi kugirango babe bahinduje inoti z’ibihumbi bitanu n’ibihumbi icumi. Leta zunze ubumwe z'Amerika yahagaritse imfashanyo z'ibiribwa yahaga Etiyopiya.
Iwanyu mu ntara

Amakuru ku Mugoroba
Mu Rwanda Leta isabwa gukemura ikibazo cy'ikena ry'ibifungurwa mu mashure. Mu Burundi, abarimira mu micungararo y’ishamba cimeza rya Ruvubu bavuga ko bonerwa n'ibikoko vyo muri iryo shamba. Muri Amerika, Donald Trump akurikiranweho ibyaha byo gutunga amabanga y’igihugu bitemewe n’amategeko.