gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Perezida wa Sena y’u Rwanda, Augustin Iyamuremye yaratanze imihoho mu mabanga yiwe kubwo gukikwa n’amagara. MSF muri Kongo ivuga ko abanyagihugu bahunze intambara ya M23 babangamiwe na Kolera mu buraruko bwa Goma. Amerika n’Uburusiya bahanahanye imbohe, Brittney Griner, ubu aridegemvya.
18:00 - 18:30
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Imitwe yombi y'inteko ishinga amategeko mu Rwanda kuri ubu iyobowe n'abagore. Ingabo z’Uburundi n'iza Kongo ziri mu ntara ya Kivu zasabye umuyobozi wa Twirwaneho gushyira hasi intwaro cyangwa zikamurasa. Ibitero bikorwa ku biro bishinzwe amatora muri Nijeriya biteye impungenge ku mutekano w'amatora