gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Mu Buholandi hateraniye imurikagurisha mpuzamahanga ry’indabo. Afurika ihagarariwe n’ibihugu bitatu, ari vyo Etiyopiya , Kenya, n’u Rwanda. Uwuserukira Reta y’Uburundi mu rubanza rwa Alain Guillaume Bunyoni yahoze ari umushikiranganji wa mbere w'Uburundi yamusabiye gufungwa ubuzima bwiwe bwose.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Uwuserukira Reta y'Uburundi yasabiye Bunyoni, gupfungwa ubuzima bwose agatanga ihadabu y’incuro zibiri z’amazu 153 n’imiduga 43. Mu karere Ka Ngororero mu Rwanda hari abaturage basaba ubutabera ku bikorwa by’urugomo bakorerwa. Umukuru wa ONU ivuga ko muri Gaza hahindutse nk'irimbi ry'abana.