gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Amerika izajya ibanza gusuzuma Marburg abagenzi bava mu Rwanda mbere yo kubemerera kwinjira mu gihugu Rwanda: Urukiko rukuru rwakatiye umunyapolitiki Abdul Rashid Hakuzimana igifungo cy’imyaka irindwi Amerika yafatiye ibihano Jenerali Hamdan Daglo ukuriye umutwe wa RSF urwanya ubutegetsi muri Sudani
Murisanga
Diane Nininahazwe yatumiye Micheline Barandereka yatanguje ikigo Shekinah Center kiri muri Komine ya Rusaka i Mwaro mu Burundi. Iki kigo kiragaburira abana bacigako, kigashigikira abavyeyi. Hari abapfasoni bemeza ko bateye imbere ku buryo bashoboye kubaka amazu biciye muri Shekinah Center.
Amakuru ku Mugoroba
Amerika: Mu masaha ari imbere leta ya Florida iraterwa na serwakira ikomeye yahawe izina ‘Milton’ RDC: Abarimu bo mu munyi wa Uvira mu ntara ya kivu y’Epfo bigaragambije basaba kongererwa imishahara. Leta ya Burkina Faso yabujije ku buryo bw’agateganyo ijwi ry’Amerika gukorera mu gihugu