gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:30
Iwanyu mu ntara
Imibiri y’abantu 22 yabonetse muri Komine Rugombo mu Ntara ya Cibiteke mu Burundi Muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo abategetsi bahagaritse imyigaragambyo imaze iminsi i Goma Umushoferi bikekwa ko yagonze Umunyamakuru Ntwali John Williams yahanishijwe ihazabu ya miliyoni y’Amanyarwanda
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Ugushamirana kw'ingabo za Monusco n'abanyagihugu muri kongo kwahitanye 5 gukomeretsa 7. Uganda igabisha kuzopfunga ibiro vy’ishirahamwe mpuzamakungu ONU bijejwe agateka ka muntu. Prezida wa Ukraine ari mu Bwongereza. Muri ano makuru tugaruka no kw'ijambo Biden yaraye ashikirije Abanyamerika.