gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Mu Burundi, ibohero rikuru rya Gitega ku murwa mukuru wa politike w’Uburundi ryarahiye rirakongoka. Perezida Joe Biden, kuri uyu wa kane azogirisha inama yerekeye demokrasi izohuza abategetsi b’ibihugu bitandukanye vyo kw’isi. Perezida Joe Biden aragabisha Vladimir Putin, ko mu gihe yotera Ukraine yokwibonerako.
Amakuru y'Akarere
Ingingo zigize amakuru yo ku mugoroba: Mu Budagi, Angela Merkel yatanze ubutegetsi yari amazeko imyaka 16. ONU itangaza ko imiriyoni n’imiriyoni z’abanyagihugu bo muri Afrika yo mu burengero na Afrika yo hagati bageramiwe n’inzara. Izi nkuru ziri mu zo tugaarukako handi hato
Amakuru ku Mugoroba
Ingingo zigize amakuru yo ku mugoroba: Impanuka ya Kajugujugu Yahitanye Umuyobozi w'Ingabo mu Buhinde Mu Budagi, Angela Merkel yatanze ubutegetsi yari amazeko imyaka 16. ONU itangaza ko imiriyoni n’imiriyoni z’abanyagihugu bo muri Afrika yo mu burengero na Afrika yo hagati bageramiwe n’inzara. Izi nkuru ziri mu zo tugaarukako handi hato