gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Abategetsi b’ibihugu 50 vy'i Buraya bari mu nama iraba ico intsinzi ya Donald Trump isobanuye ku mutekano n’iterambere ry'ibihugu vyabo. Isirayeri n'Ubuholande vyateye ivyatsi ibitero ku banyaIsrayeli bari Amsterdam. Abarundikazi bakora ubucuruzi babangamiwe n'ifaranga ry”Uburundi ryataye agaciro.
Amakuru y'Akarere

Amakuru ku Mugoroba
Muri Amerika, bwa mbere mu mateka umutegarugoli azayobora imirimo mu biro by’umukuru w’igihugu ku butegetsi bushya bwa Trump. Muri Mozambike, igisirikare cyatangiye ibikorwa byo gutera inkunga polisi mu kugarura ituze mu murwa mukuru Maputo. Muri Gana, inteko ishinga amategeko yananiwe guterana.