gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Mu Burundi, imiryango 250 yasenyewe n'imyuzure y'imvura mu 2019 mu Cibitoke ntirubakirwa Umuryango w’ubumwe bwa Afrika uvuga ko ufise icizere ko ingabo z’igihugu ca Somaliya zimaze kwubaka ubushobozi buhagije Ubwato bw’ingwano butatu bw’igihugu c’Ubushinwa bwaragendeye igihugu ca Nijeriya
Iwanyu mu ntara
Intumwa idasanzwe ya ONU ku Burundi iravuga ko ihangayikishijwe n’ifatwa n’ifungwa ry’abatavugwa rumwe n’ubutegetsi. Ingabo z’amahoro z’Umuryango w'ubumwe bw’Afrika zose zigomba kuba zavuye muri Somaliya mu mpera za 2024. Isi yose irizihiza umunsi mpuzamahanga w’ururimi rw'ikiswahili
Amakuru y'Akarere
Uyu munsi, isi yose yizihije umunsi mpuzamahanga w’ikiswahili, ururimi ruvugwa n’abantu barenga miliyoni 100. Congo n’Afrika y’Epfo bizasinya amasezerano yo gutabarana. Uburusiya butangaza ko bukurikiranira hafi ibiganiro Prezida wa Ukraine Zelensky agirana na Prezida wa Turkiya Erdogan.
Amakuru ku Mugoroba
Uyu munsi, isi yose yizihije umunsi mpuzamahanga w’ikiswahili, ururimi ruvugwa n’abantu barenga miliyoni 100. Congo n’Afrika y’Epfo bizasinya amasezerano yo gutabarana. Uburusiya butangaza ko bukurikiranira hafi ibiganiro prezida wa Ukraine Zelensky agirana na prezida wa Turkiya Erdogan.