gahunda y'itangazamakuru
16:00 - 16:59
Murisanga
Mu kiganiro Murisanga c’uyu musi, turafise umutumire w’imboneka rimwe yabaye kirangirwanwa mu Burundi no mu makungu kubera uruhara yagize mu mahiganwa mpuzamakungu y’ubwiza mu Bufaransa, hamwe no mu bikorwa vyo kugarukira imbabare mu bihugu bitandukanye, ahereye mu Burundi hamwe no muri Mali.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Umuyobozi wa Ibuka Belgique arashima Abanyarwanda barokoye Abatutsi mu gihe ca jenoside. Muri Republika ya demokrasi ya Congo, Abana barega kuri 75 baramaze gupfa bitewe n’ikiza ca kolera n’agasama w’ikambi ya Rusayo iri mu teritware ya Nyiragongo. Papa Fransisiko, ntiyitabiriye inzira y’umusaraba.