gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:30
Iwanyu mu ntara
Kongo: Ingabo z’umutwe wa M23 urwanya leta zirava mu duce tumwe zari zarigaruriye Tanzaniya: Abana barenga 1500 bari munsi y’imyaka 16 batorotse inkambi bajya gushaka akazi hanze kubera ubukene Rwanda: Abarundi bageze mu zabukuru mu nkambi ya Mahama mu karere ka Kirehe baravuga ko babayeho nabi
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29