gahunda y'itangazamakuru
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Ibiziga 22 ni vyo bimaze gutorwa muri komine Rugombo y'intara ya Cibitoke mu Burundi kuva mu kwezi kwa cumi na kabiri umwaka uheze. Abahitanywe na nyamugigima muri Turukiya na Siriya barenze 5000. Igisirikare ca Nijeriya kiriko gikorwako amatohoza ku vyaha vyo guhohotera abanyagihugu cagirizwa.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Abahitanywe na nyamugigima muri Siriya na Turukiya barenze 5000. Perezida Biden arashikiriza ijambo abanyagihugu ba Amerika, yerekana uko igihugu cifashe. Ibiziga 22 ni vyo bimaze gutorwa muri komine Rugombo y'intara ya Cibitoke mu Burundi kuva mu kwezi kwa cumi na kabiri umwaka uheze.