gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Abasirikare 100 b’Abarudi baraye bageze i Goma muri Kongo mu mutwe w’ingabo za EAC I Goma hebereye imyigaragambyo y'impunzi zavuye i Rutshuru na Kibumba ziri mu ma nkambi za Kanyarucinya na Kibati Abantu batatu barimo umusirikare wa Leta n’abaturage babiri biciwe mu mujyi wa Uvira muri Kongo
Amakuru y'Akarere
Abaharanira agateka ka zina muntu n'abanyagihugu nba Kongo bakiriye nabi umuzo w'abandi basirikare b'Uburundi barungitswe kugarukana amahoro. Ubutungane bwo mu Burundi bwatanze uruhusha rwo gushingura Madame Aline Inarukundo. Umurwi w'Abanyarwanda utabariza bagenzi babo bahungiye muri Kongo.
Amakuru ku Mugoroba
Imibereho mib iri mw'ikambi ya Nduta iriko ituma abana b'Abarundi bayitoroka. Abasirikare b’Abarundi barungistwe muri Kongo bazoshinga ibirindiro muri tumwe mu duce tuzorekurwa n’abarwanyi ba M23. ONU itangaza ko atakiriko kirakorwa mu guharanira uburenganzira bwa kiremwa Muntu muri Eritereya.