gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Mu Burundi, gukoresha ikoranabuhamga byongreye amafaranga ikigo cy'igihugu gishinzwe imisoro cyinjiza. Prezida w'Uburusiya, Vladimir Putin, arasura Arabiya Sawudite na Emira Zunze Ubumwe z'Abarabu. Umuryango w'Afurika utewe impungenge n'iseswa ry'inteko ishinga amategeko muri Gineya.
Murisanga
Impfu ziterwa n’ingwara y’umutima hamwe n’iziterwa n’umuvuduko w’amaraso ni zo ngwara zihitana ubuzima bw’abantu benshi kw’isi Mu Burundi, izo ngwara zirabandanya guhitana ubuzima bw’abatari bake, barimwo n’abatarakwiza imyaka 50. Mu kiganiro Murisanga umutumire yaranonosoye ibijanye n’izo ngwara
Amakuru ku Mugoroba
Amerika: Urukiko ruraburanisha urubanza rutambamira Trump kwandikwa ku rutonde rw’abazatorwa ku mwanya wa perezida ONU yasabye iperereza ku gitero cy’indege y’igisirikare cya Nijeriya cyahitanye abaturage 85 Umuryango wa G5-Sahel, washyiriweho kurwanya abajihadiste muri Sahel ugiye guseswa.