gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:30
16:00 - 16:59
18:00 - 18:30
Amakuru y'Akarere
Abarwanyi b'umurwi al-Shabab bishe abantu batari musi ya 6 uno musi mu gitero bakoze mu mihana iri mu gice co hagati muri Somaliya batujijwemwo mu ndwi iheze. Muri Kenya, Igipolisi catoye ikiziga ca Edwin Chiloba, aharanira agateka k'abakundana basangiye ibitsina kiri mw'isandugu y'icuma.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Urugero rw'ubushomeri rwaragabanutse muri Reta zunze ubumwe za Amerika. Polisi ya Uganda yatangaje ko hari Abarundi 24 yafunze kuva mu ntango za kuno kwezi kwa mbere. Bafatanywe n’abaganda babiri mu bumanuko bushira ubuseruko bw’igihugu. Ico gipolisi cemeza ko bari baroye kubagurisha.